-
Luka 23:51Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
51 (Uwo mugabo yari yanse gushigikira uwo mugambi wabo mubi n’ico gikorwa cabo mu matora.) Yava i Arimateya mu gisagara c’Abayuda, kandi yari arindiriye Ubwami bw’Imana.
-