Luka 24:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kubera yuko bari bagize ubwoba bakaguma bunamye, abo bagabo baca bababwira bati: «Kubera iki murondera umuntu muzima mu bapfuye+?
5 Kubera yuko bari bagize ubwoba bakaguma bunamye, abo bagabo baca bababwira bati: «Kubera iki murondera umuntu muzima mu bapfuye+?