-
Luka 24:32Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
32 Maze babwirana bati: «Mbega imitima yacu ntiyariko irarurumba igihe yariko aravugana natwe ku nzira, ariko aradusigurira neza Ivyanditswe?»
-