-
Luka 24:39Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
39 Raba ibiganza vyanje n’ibirenge vyanje, murabona ko ari jewe nyene. Nimunkorakore murabe, kuko ikiremwa c’impwemu kitagira inyama n’amagufa nk’ibi mubona mfise.»
-