Luka 24:44 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 44 Hanyuma ababwira ati: «Ibi ni bimwe nababwira nkiri kumwe namwe+, yuko ibintu vyose binyerekeye vyanditswe mu mategeko ya Musa, mu bitabu vy’abahanuzi no mu Mazaburi bitegerezwa kuranguka+.»
44 Hanyuma ababwira ati: «Ibi ni bimwe nababwira nkiri kumwe namwe+, yuko ibintu vyose binyerekeye vyanditswe mu mategeko ya Musa, mu bitabu vy’abahanuzi no mu Mazaburi bitegerezwa kuranguka+.»