Yohani 1:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Hari umuntu yaje aserukira Imana, na we akaba yitwa Yohani+.