Yohani 1:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mugabo abamwakiriye bose yabahaye uburenganzira bwo kuba abana b’Imana+, kuko bari bizeye izina ryiwe+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:12 Umunara w’Inderetsi,1/4/2001, rup. 5
12 Mugabo abamwakiriye bose yabahaye uburenganzira bwo kuba abana b’Imana+, kuko bari bizeye izina ryiwe+.