Yohani 1:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Na jewe sinari ndamuzi, ariko umwe yandungika kubatiza mu mazi, ni we yambwiye ati: “Uwo uzobona impwemu imanutseko ikamugumako+, ni we abatiza mu mpwemu nyeranda+.” Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:33 Yezu ni inzira, rup. 34
33 Na jewe sinari ndamuzi, ariko umwe yandungika kubatiza mu mazi, ni we yambwiye ati: “Uwo uzobona impwemu imanutseko ikamugumako+, ni we abatiza mu mpwemu nyeranda+.”