Yohani 1:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Bukeye, Yezu ashaka kuja i Galilaya. Araheza abona Filipo+ maze amubwira ati: «Nkurikira.»