Yohani 3:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Uwumwizera ntazocirwa urubanza+. Uwutamwizera aramaze gucirwa urubanza, kuko atizeye izina ry’Umwana w’Imana w’ikinege+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:18 Umunara w’Inderetsi,15/12/2008, rup. 12
18 Uwumwizera ntazocirwa urubanza+. Uwutamwizera aramaze gucirwa urubanza, kuko atizeye izina ry’Umwana w’Imana w’ikinege+.