Yohani 3:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ariko umuntu akora ibigororotse araza ku muco+, kugira bigaragare ko ibikorwa vyiwe bihuye n’ukugomba kw’Imana.»
21 Ariko umuntu akora ibigororotse araza ku muco+, kugira bigaragare ko ibikorwa vyiwe bihuye n’ukugomba kw’Imana.»