Yohani 3:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Mugabo na Yohani yariko arabatiza abantu ahitwa Ayinoni hafi y’i Salimu, kuko hari amazi menshi+, kandi abantu baguma baza kugira ababatize+.
23 Mugabo na Yohani yariko arabatiza abantu ahitwa Ayinoni hafi y’i Salimu, kuko hari amazi menshi+, kandi abantu baguma baza kugira ababatize+.