Yohani 3:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Baca baza aho Yohani ari, bamubwira bati: «Rabi, wa muntu mwari kumwe hakurya ya Yorodani, umwe washingira intahe+, ariko arabatiza kandi abantu bose baguma baja kuri we.» Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:26 Yezu ni inzira, rup. 46
26 Baca baza aho Yohani ari, bamubwira bati: «Rabi, wa muntu mwari kumwe hakurya ya Yorodani, umwe washingira intahe+, ariko arabatiza kandi abantu bose baguma baja kuri we.»