Yohani 3:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Uwuva hejuru+ ari hejuru y’abandi bose. Uwuva mw’isi ni uwo kw’isi, kandi avuga ibintu vyo kw’isi. Uwuva mw’ijuru ari hejuru y’abandi bose+.
31 Uwuva hejuru+ ari hejuru y’abandi bose. Uwuva mw’isi ni uwo kw’isi, kandi avuga ibintu vyo kw’isi. Uwuva mw’ijuru ari hejuru y’abandi bose+.