Yohani 4:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Uwo Musamariyakazi aca amubwira ati: «Bigenze gute ngo unsabe amazi yo kunywa kandi uri Umuyuda, nanje nkaba Umusamariyakazi?» (Kuko ata migenderanire Abayuda bafitaniye n’Abasamariya+.) Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:9 Umunara w’Inderetsi,1/10/2010, rup. 12 Be maso!,8/10/2004, rup. 24
9 Uwo Musamariyakazi aca amubwira ati: «Bigenze gute ngo unsabe amazi yo kunywa kandi uri Umuyuda, nanje nkaba Umusamariyakazi?» (Kuko ata migenderanire Abayuda bafitaniye n’Abasamariya+.)