Yohani 4:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yezu amwishura ati: «Iyaba wari uzi ingabire ya gusa Imana itanga+ be n’uwukubwiye ati: “Mpa amazi yo kunywa”, wari kumusaba amazi, na we akaguha amazi y’ubuzima+.»
10 Yezu amwishura ati: «Iyaba wari uzi ingabire ya gusa Imana itanga+ be n’uwukubwiye ati: “Mpa amazi yo kunywa”, wari kumusaba amazi, na we akaguha amazi y’ubuzima+.»