-
Yohani 4:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Uwo mugore aca amubwira ati: «Ndazi ko Mesiya ariko araza, umwe bita Kristu. Aho azoshikira hose azotubwira ibintu vyose adahisha.»