-
Yohani 4:27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Muri uwo mwanya nyene, abigishwa biwe baca barashika maze batangazwa n’uko yariko avugana n’umugore. Ariko nta n’umwe yamubajije ngo: «Ushaka iki?» canke ngo: «Kubera iki uvugana na we?»
-