Yohani 5:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ni co gituma Abayuda baciye barushirizaho kurondera kumwica, kuko biyumvira ko yariko arenga kw’isabato kandi akavuga ko Imana ari Se wiwe+, akigira uwungana n’Imana+.
18 Ni co gituma Abayuda baciye barushirizaho kurondera kumwica, kuko biyumvira ko yariko arenga kw’isabato kandi akavuga ko Imana ari Se wiwe+, akigira uwungana n’Imana+.