Yohani 5:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Yezu aca ababwira ati: «Emwe ni ukuri ndabibabwiye, Umwana ntashobora gukora ikintu na kimwe avyibwiye, ahubwo akora gusa ivyo abona Se wiwe akora+. Kuko ibintu vyose Se wiwe akora, n’Umwana abikora gutyo nyene. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:19 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 17
19 Yezu aca ababwira ati: «Emwe ni ukuri ndabibabwiye, Umwana ntashobora gukora ikintu na kimwe avyibwiye, ahubwo akora gusa ivyo abona Se wiwe akora+. Kuko ibintu vyose Se wiwe akora, n’Umwana abikora gutyo nyene.