-
Yohani 5:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Emwe ni ukuri ndabibabwiye, igihe kirashitse, mbere ni ubu, aho abapfuye bazokwumva ijwi ry’Umwana w’Imana, kandi abazoba baryumvirije bazobaho.
-