Yohani 7:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Abantu baguma bavugana mu bwongoshwe ibimwerekeye. Bamwe bati: «Ni umuntu mwiza.» Abandi na bo bati: «Oya, ahubwo azimiza abantu+.»
12 Abantu baguma bavugana mu bwongoshwe ibimwerekeye. Bamwe bati: «Ni umuntu mwiza.» Abandi na bo bati: «Oya, ahubwo azimiza abantu+.»