-
Yohani 7:35Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
35 Abayuda rero batangura kuvugana bati: «Uyu muntu agira aje he, ku buryo tutazosubira kumubona? Yoba agira aje mu Bayuda bashwiragiye mu Bagiriki kugira yigishe Abagiriki?
-