Yohani 9:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 amubwira ati: «Genda wiyoge mu kidengeri ca Silowamu» (bikaba bisobanura ngo “uwatumwe”). Aca aragenda ariyoga, maze agaruka abona neza+.
7 amubwira ati: «Genda wiyoge mu kidengeri ca Silowamu» (bikaba bisobanura ngo “uwatumwe”). Aca aragenda ariyoga, maze agaruka abona neza+.