Yohani 13:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ndabibabwiye ubu bitaraba, kugira ngo nivyaba muze mwizere ko ndi we+.