Yohani 13:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Kubera ko Yuda ari we yari afise agasandugu k’amahera+, hari abiyumviriye ko Yezu yari amubwiye ati: «Gura ivyo dukeneye ku bw’umusi mukuru», canke ko yari akwiye kugira ico ahaye aboro.
29 Kubera ko Yuda ari we yari afise agasandugu k’amahera+, hari abiyumviriye ko Yezu yari amubwiye ati: «Gura ivyo dukeneye ku bw’umusi mukuru», canke ko yari akwiye kugira ico ahaye aboro.