Yohani 13:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Simoni Petero aca amubaza ati: «Mukama, ugira uje he?» Yezu amwishura ati: «Ntushobora kunkurikira ubu nyene iyo ngira nje, ariko uzonkurikira mu nyuma+.»
36 Simoni Petero aca amubaza ati: «Mukama, ugira uje he?» Yezu amwishura ati: «Ntushobora kunkurikira ubu nyene iyo ngira nje, ariko uzonkurikira mu nyuma+.»