Yohani 14:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 ya mpwemu y’ukuri+ isi idashobora kuronka, kuko itayibona canke ngo iyimenye+. Mwebwe murayizi, kuko igumana namwe kandi ikaba iri muri mwebwe. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:17 Yezu ni inzira, rup. 275
17 ya mpwemu y’ukuri+ isi idashobora kuronka, kuko itayibona canke ngo iyimenye+. Mwebwe murayizi, kuko igumana namwe kandi ikaba iri muri mwebwe.