-
Yohani 14:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Uwemera amabwirizwa yanje kandi akayubahiriza, uwo ni we ankunda. Uwunkunda na we azokundwa na Dawe, nanje nzomukunda kandi nzomwihishurira bimwe bitomoye.»
-