Yohani 14:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Sinkivugana namwe vyinshi, kuko umutware w’isi+ ariko araza, kandi nta bubasha amfiseko+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:30 Yezu ni inzira, rup. 275