Yohani 15:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Jewe ndi umuzabibu, namwe mukaba amashami. Uwuguma yunze ubumwe nanje, nanje nkaguma nunze ubumwe na we, uwo arama cane+, kuko ata na kimwe mushobora gukora mutari kumwe nanje. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:5 Yezu ni inzira, rup. 276
5 Jewe ndi umuzabibu, namwe mukaba amashami. Uwuguma yunze ubumwe nanje, nanje nkaguma nunze ubumwe na we, uwo arama cane+, kuko ata na kimwe mushobora gukora mutari kumwe nanje.