Yohani 15:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye. Nabatoye kugira mubandanye kwama ivyamwa kandi ivyamwa vyanyu bigumeho, kugira ngo ico muzosaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:16 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),5/2018, rup. 21
16 Si mwebwe mwantoye, ahubwo ni jewe nabatoye. Nabatoye kugira mubandanye kwama ivyamwa kandi ivyamwa vyanyu bigumeho, kugira ngo ico muzosaba Data cose mw’izina ryanje akibahe+.