Yohani 15:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Iyo muba mwari ab’isi, isi yokunze cane ivyayo. Mugabo kubera ko mutari ab’isi+ ariko nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:19 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 45 Umunara w’Inderetsi,15/3/2006, rup. 301/11/1997, rup. 25-30
19 Iyo muba mwari ab’isi, isi yokunze cane ivyayo. Mugabo kubera ko mutari ab’isi+ ariko nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.