Yohani 16:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Abantu bazobaca mu masinagogi+. Mbere igihe kirageze aho umuntu wese azobica+ azokwiyumvira ko akoreye Imana*. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:2 Yezu ni inzira, rup. 278
2 Abantu bazobaca mu masinagogi+. Mbere igihe kirageze aho umuntu wese azobica+ azokwiyumvira ko akoreye Imana*.