Yohani 16:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ariko rero, ndababwiye ivyo bintu kugira ngo nivyashika muze mwibuke ko nabibabwiye+. Sinabibabwiye mu ntango, kuko nari kumwe namwe. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:4 Yezu ni inzira, rup. 278
4 Ariko rero, ndababwiye ivyo bintu kugira ngo nivyashika muze mwibuke ko nabibabwiye+. Sinabibabwiye mu ntango, kuko nari kumwe namwe.