Yohani 16:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mugabo ubu ngira nsubire ku wantumye+, ariko nta n’umwe muri mwebwe ambaza ati: “Ugiye hehe?” Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:5 Yezu ni inzira, rup. 278