Yohani 16:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ariko uwo* niyashika, ya mpwemu y’ukuri+, azobayobora kugira mutahure ukuri kwose, kuko atazovuga ivyo yibwiye, ahubwo azovuga ivyo yumva, kandi azobamenyesha ibizoba+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:13 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 49 Umunara w’Inderetsi,15/4/2008, rup. 32
13 Ariko uwo* niyashika, ya mpwemu y’ukuri+, azobayobora kugira mutahure ukuri kwose, kuko atazovuga ivyo yibwiye, ahubwo azovuga ivyo yumva, kandi azobamenyesha ibizoba+.