-
Yohani 16:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Yezu yari azi ko bashaka kumubaza ibibazo, aca ababwira ati: «Muriko murabazanya hagati yanyu kubera nababwiye nti: “Mu kanya gatoyi ntimuzombona, ariko haciye akandi kanya gatoyi muzombona”?
-