-
Yohani 16:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Iyo umugore ariko aribaruka, aratuntura kubera isaha yiwe y’umubabaro igeze. Ariko amaze kwibaruka uwo mwana, ntasubira kwibuka uwo mubabaro kubera umunezero w’uko havutse umuntu kw’isi.
-