Yohani 16:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Kuri uwo musi nta kibazo na kimwe muzombaza. Emwe ni ukuri ndabibabwiye, ikintu cose muzosaba Data+ azokibaha mw’izina ryanje+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:23 Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),no. 1 2021 rup. 10 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 17
23 Kuri uwo musi nta kibazo na kimwe muzombaza. Emwe ni ukuri ndabibabwiye, ikintu cose muzosaba Data+ azokibaha mw’izina ryanje+.