Yohani 17:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yezu ahejeje kuvuga ivyo bintu, aca arangamiza mw’ijuru maze avuga ati: «Da, isaha irageze. Ninahaza umwana wawe, kugira ngo umwana wawe na we akuninahaze+, Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:1 Yezu ni inzira, rup. 280 Umunara w’Inderetsi,15/10/2013, rup. 27
17 Yezu ahejeje kuvuga ivyo bintu, aca arangamiza mw’ijuru maze avuga ati: «Da, isaha irageze. Ninahaza umwana wawe, kugira ngo umwana wawe na we akuninahaze+,