Yohani 17:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Da, nshaka ko abo wampaye bazoba bari kumwe nanje aho nzoba ndi+, kugira babone ubuninahazwa wampaye, kuko wankunze imbere y’ishingwa ry’isi+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:24 Yezu ni inzira, rup. 281 Umunara w’Inderetsi,15/10/2013, rup. 30
24 Da, nshaka ko abo wampaye bazoba bari kumwe nanje aho nzoba ndi+, kugira babone ubuninahazwa wampaye, kuko wankunze imbere y’ishingwa ry’isi+.