Yohani 18:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Kayifa ni we yari yahanuye Abayuda yuko hari ku neza yabo ko umuntu umwe apfira abantu+.