Yohani 18:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Simoni Petero yari ahagaze ng’aho ariko arota. Baca bamubaza bati: «Ubwo weho nturi mu bigishwa biwe?» Petero aca arabihakana, avuga ati: «Oya sindi uwo muri bo+.»
25 Simoni Petero yari ahagaze ng’aho ariko arota. Baca bamubaza bati: «Ubwo weho nturi mu bigishwa biwe?» Petero aca arabihakana, avuga ati: «Oya sindi uwo muri bo+.»