Yohani 18:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Hanyuma bakura Yezu kwa Kayifa, bamujana ku kirimba kwa buramatari+. Hari mu gatondo ka kare. Mugabo Abayuda ntibinjiye mu kirimba ca buramatari, kugira ntibahumane+ maze bashobore kurya Pasika. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:28 Yezu ni inzira, rup. 290-291 ‘Igihugu ciza’, rup. 30-31
28 Hanyuma bakura Yezu kwa Kayifa, bamujana ku kirimba kwa buramatari+. Hari mu gatondo ka kare. Mugabo Abayuda ntibinjiye mu kirimba ca buramatari, kugira ntibahumane+ maze bashobore kurya Pasika.