-
Yohani 19:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Pilato amaze kwumva ayo majambo, aca asohokana Yezu hanze, yicara ku ntebe y’imanza, ahantu hitwa Isaso ry’amabuye, mugabo mu giheburayo hakitwa Gabata.
-