Yohani 19:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Bamumanika+ ng’aho hamwe n’abandi bagabo babiri, umwe hirya uwundi hino, Yezu na we hagati+.