Yohani 19:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Hari umubindi wuzuye umuvinyu ukarishe wari uteretse ng’aho. Baca batora ipampa* ryuzuye umuvinyu ukarishe, barishira ku gati ka ezobu*, baraheza baryegereza ku munwa wiwe+.
29 Hari umubindi wuzuye umuvinyu ukarishe wari uteretse ng’aho. Baca batora ipampa* ryuzuye umuvinyu ukarishe, barishira ku gati ka ezobu*, baraheza baryegereza ku munwa wiwe+.