Yohani 19:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Inyuma y’ivyo, Yozefu w’i Arimateya, uwari umwigishwa wa Yezu mu mpisho kubera yatinya Abayuda+, abaza Pilato ko yotwara ikiziga ca Yezu. Pilato arabimwemerera, Yozefu aca araza atwara ico kiziga+. Yohani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:38 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),10/2017, rup. 18
38 Inyuma y’ivyo, Yozefu w’i Arimateya, uwari umwigishwa wa Yezu mu mpisho kubera yatinya Abayuda+, abaza Pilato ko yotwara ikiziga ca Yezu. Pilato arabimwemerera, Yozefu aca araza atwara ico kiziga+.