Yohani 20:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ku musi wa mbere w’indwi, Mariya Magadalena azindukira ku mva*+ hakiri mu kajoro, asanga rya buye ryavuye ku mva+.
20 Ku musi wa mbere w’indwi, Mariya Magadalena azindukira ku mva*+ hakiri mu kajoro, asanga rya buye ryavuye ku mva+.